Kumbure uramaze kuduhigwa no kwumva abanyepolitike hamwe n'abagwizatunga bihaya ko baryama igihe gito. Ariko ico nkeka utazi ni uko ukubura itiro bibangamira umubiri n'ubwonko. Matthew Walker, umu ...
Ugereranije abagore 137 nibo bicwa ku munsi n'abo bagendana canke n'abo mu muryango, nkuko bivugwa mu vyegeranyo vy'igisata ca ONU kigwanya ibiyovyabwenge n'ubwicanyi, "United Nations Office on Drugs ...