N'ubwo bitamenyerewe mu Burundi, hari umusore aherutse kuronka agashimwe "The best youth champions" kubera umugambi wiwe wo kurima ibizinu canke ibihumyo uri mu migambi yambere yagomwe ku rwego rwa ...
Abana 19 n'abigisha babiri barapfuye ku wa kabiri w'iyi ndwi kw'ishure ry'intango riri mu gisagara ca Uvalde mu ntara ya Texas, inyuma y'aho umusore w'imyaka 18 yinjiye afise inkoho agatangura ...