Perezida Joe Biden yahaye imbabazi umuhungu wiwe Hunter, mu rubanza rw'ivyaha bibiri yagirizwa, nubwo imbere y'aha yari yavuze ko ata mugambi yari afise. Mw'itangazo, umukuru w'igihugu avuga ko ...
Nyiransabimana wo mu karere ka Rubavu yashatse afite imyaka 17 gusa. Kuri ubu agize imyaka 22 kandi afite abana batatu. Avuga ko yagiye agorwa mu gihe cyo kubyara kuko yashatse ari mutoya, akagira ...