Perezida Donald Trump wa Reta Zunze Ubumwe za Amerika na mugenziwe w'Uburusiya Vladimir Putin bazohurira i Alaska ku wa gatanu w'indwi iza kugira baganire kuri kazoza k'intambara yo muri Ukraine.