Umukuru wa Besketball Africa League (BAL) yatangaje ko umugwi Dynamo w'Uburundi wari witavye ihiganwa rya BAL 2024 uryikuyemwo kuko wanse kabiri gukina wambaye umwambaro ukwije ibisabwa n'abatunganya ...