Insiguro y'isanamu, Amb Robert Masozera (iburyo) ukuriye Inteko y'Umuco y'u Rwanda ashyikirizwa na Ambasaderi Bert Versmessen w'Ububiligi i Kigali hard disk iriho ayo majwi 29 Ukw'icumi 2021 ...
Mu kiganiro Imvo n'Imvano co kuri uyu wa gatandatu tariki ya 5 z'ukwa 4 mu 2025, turatangira uruhererekane rw'ibiganiro Felin Gakwaya yagiye gutegurira i Kigali mu Rwanda. Turahera ku kiganiro ...