Ikiduga kirasa ibisasu vya misire kiriko kiratumura inkungugu mu gihe canzaganya mu ceru gitera kija aho kirasira. Mu nyuma humvikana umusirikare aharura atera aja inyuma, kuva kuri gatanu amanuka ...
Umushikiranganji wa mbere w'Ubwongereza Sir Keir Starmer agabisha ko badashobora "kwemerera Perezida Putin gukinisha amasezerano ya we na Perezida Trump" ajanye no guhagarika intambara y'Uburusiya ...