Abatari bacye baramutangarira, bamwe ndetse bakavuga ko akoresha imbaraga zitari iz'abantu. Patrick Irakiza, umusore w'imyaka 23, akora imyitozo y'umubiri itamenyerewe, bigatuma abatari bacye ...
Vedhapriya Ganesan, ku myaka yiwe 24, aramaze kumenyekana ku bikorwa vyiwe vyo gukura inzoka mu mihana, azisubiza mw’ishamba. I Chennai, muri India, hari amashamba n’inzuzi, bigatuma inzoka ...