"Ari nka hamwe ikibazo c'umuhari FDLR kitotorerwa umuti, kandi twashizeho inzira yo kugitorera umuti mu masezerano, bisigura ko FDLR izoba ikiri ngaho, ko rero ikibazo kibandanya kiri aho, kandi ...