“Iyo bamenya ko ndi umukozi wa reta, bari guca banca umutwe,” Tomas Alberto, umukozi wa reta mu buraruko bwa Mozambique, niko yabwiye BBC. Avuga ko yagize imana akarusimba. Mu kwezi guheze, ...