Umwe mu baririmvyi bakomeye cane muri Afrika y'ubuseruko - Diamond Platnumz - yabujijwe gutunganya ibiteramo mu gihugu ca Tanzaniya. Ikigo BASATA ari naco kigenzura ibijanye n'utugenegene muri ico ...
Reba ku byashyizwe kuri New Music Friday uyu munsi urabononaho Album yitwa One In A million. Hashize imyaka 25 isohotse kandi yagurishijweho kopi zirenga miliyoni umunani ku isi - ariko yari itaragera ...