Abagabo babiri bafashwe bakekwaho kwiba imirimbo y'agaciro kanini cyane mu nzu ndangamurage ya Louvre i Paris, nk'uko byatangajwe n'itangazamakuru ryo mu Bufaransa. Ibiro by'umushinjacyaha wa Paris ...
Maison Blanche/White House (ibiro vy'umukuru w'igihugu ca Reta Zunze Ubumwe za Amerika) yamiriye kure amakuru avuga ko izina rya Perezida Donald Trump riri mu mazina amajana n'amajana aboneka mu ...