Abimukira bari mu kigo bafungiyemo i Londres bari mu myigaragambyo yo kwiyicisha inzara nyuma yo kubwirwa ko bazoherezwa mu Rwanda. 17 bari mu kigo cya Brook House hafi y’ikibuga cy’indege cya Gatwick ...
Abafana batari bake ba Arsenal bari mw'isekeza ryo gusaba uwo mugwi wo muri Premier League kutongera igihe amasezerano yawo yo gukorana na Visit Rwanda basavye urwego rutwara aba Gunners ''gushira ku ...