Umunsi w'isabukuru ngarukamwaka y'umuco nyarwanda mu Bwongereza ku ncuro ya gatatu vyabereye mu gisagara ca Nottingham mu ntara ya East Midlands y'ico gihugu. Ibirori vyari vyateguwe n'ishirahamwe ...
Abantu barenga 6,000 biganjemo abagore, bavuye mu bihugu bigera ku 170 bari bamaze iminsi ine bakoraniye i Kigali mu Rwanda mu nama ya Women Deliver n’abarenga 200,000 barikurikira kuri internet. Iri ...